Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

24-30 Ndamukiza

YEREMIYA 29-31

24-30 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova yari yaravuze ibijanye n’isezerano rishasha”: (Imin. 10)

    • Yr 31:31—Isezerano rishasha ryavuzwe hagisigaye imyaka amajana ngo ribeho (it-1 80 ing.5-6)

    • Yr 31:32, 33—Isezerano rishasha riratandukanye n’isezerano ry’Itegeko (jr 173-174 ing.11-12)

    • Yr 31:34—Isezerano rishasha rituma duharirwa ivyaha vyacu buhere (jr 177 ing.18)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 29:4, 7—Kubera iki Abayuda bajanywe mu bunyagano basabwe ‘kurondera amahoro’ ya Babiloni? Iyo mpanuro twoyikurikiza gute? (w96 1/5 11 ing.5)

    • Yr 29:10—Uyu murongo werekana gute ko ivyo Bibiliya ivuga ari ukuri? (g 7/12 24 ing.1-2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 31:31-40

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Mt 6:10—Niwigishe ukuri.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Yes 9:6, 7; Ivy 16:14-16—Niwigishe ukuri.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w14 15/12 21—Umutwe: Yeremiya yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko Rasheli ariko aririra abahungu biwe?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU