3- 9 Ndamukiza
YEREMIYA 17-21
Ururirimbo rwa 69 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Reka Yehova abumbabumbe ivyiyumviro vyawe n’inyifato yawe”: (Imin. 10)
Yr 18:1-4
—Umubumvyi arafise ububasha kw’ibumba (w99 1/4 32 ing.4) Yr 18:5-10
—Yehova arafise ububasha ku bantu (it-2 770 ing.4) Yr 18:11
—Niwemere Yehova akubumbabumbe (w99 1/4 32 ing.5-6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yr 17:9
—Ubuhemu bwo mu mutima bushobora kwibonekeza gute? (w01 1/11 20 ing. 13) Yr 20:7
—Yehova yakoresheje gute inkomezi ziwe mu kurwanya Yeremiya, aba aramuhenze? (w07 15/3 9 ing. 6) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 21:3-14
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Remesha bose gusubira kugendera abakiriye agapapuro k’inkuru nziza Ubwami bw’Imana ni iki?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5) Murashobora kuganira ku vyigwa dukura mu Gitabu c’umwaka. (yb16 22)
“Bahe ikaze n’igishika cinshi”: (Imin. 10) Banza utange insiguro y’iminuta itatu. Nimuce muraba akavidewo kavuga ngo Steve Gerdes: Ntituzopfa twibagiye ingene yaturamukije.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 10 ing. 12-19, uruzitiro “Bagiye bararonswa umuco ku bijanye n’umusaraba,” n’uruzitiro rw’isubiramwo “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 5 n’isengesho