16-22 Ndamukiza
MARIKO 1-2
Ururirimbo rwa 130 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ibicumuro vyawe birababariwe”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Mariko.]
Mr 2:3-5—Yezu abigiranye impuhwe yarababariye ibicumuro vy’umuntu yari amugaye (jy rup. 67 ing. 3-5)
Mr 2:6-12—Yezu yarerekanye ko afise ububasha bwo kubabarira ibicumuro igihe yakiza umuntu yari amugaye (“Icoroshe ni ikihe” amakuru adufasha kwiga Mr 2:9, nwtsty)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Mr 1:11—Ayo majambo Yehova yabwiye Yezu asobanura iki? (“ijwi riva mw’ijuru,” “Uri Umwana wanje,” “naragushimye” amakuru adufasha kwiga Mr 1:11, nwtsty)
Mr 2:27, 28—Kubera iki Yezu yiyise “Umukama . . . w’isabato”? (“Umukama . . . w’isabato” amakuru adufasha kwiga Mr 2:28, nwtsty)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mr 1:1-15
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.
Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Sinaje guhamagara abagororotsi, ahubwo naje guhamagara abacumuzi”: (Imin. 7) Guhana ijambo. Erekana akavidewo: Aronkera icizigiro mw’ibohero. Nuce ubaza ibi bibazo: Ni ibiki vyafashije Donald kuronka agahimbare nyakuri? Igihe twamamaza, twokwigana gute Yezu mu kutagira nkunzi?— Mr 2:17.
Yehova arababarira “cane”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana akavidewo: Yehova we, ubu ngiye kugushira mu kibanza ca mbere. Nuce ubaza ibi bibazo: Kubera iki Anneliese yagarutse kuri Yehova, kandi yabigenjeje gute? (Yes 55:6, 7) Wokoresha gute iyo nkuru mu gufasha abahororokewe?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 17
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 86 n’isengesho