2-8 Ndamukiza
MATAYO 26
Ururirimbo rwa 19 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Pasika n’Icibutso bihuriye ku ki, kandi bitandukaniye ku ki?”: (Imin. 10)
Mt 26:17-20—Yezu yariye Pasika yiwe ya nyuma ari kumwe n’intumwa ziwe (“Imfungurwa za Pasika” ishusho ijanye na Mt 26:18, nwtsty)
Mt 26:26—Umukate w’Icibutso ugereranya umubiri wa Yezu (“gisobanura” amakuru adufasha kwiga Mt 26:26, nwtsty)
Mt 26:27, 28—Umuvinyu w’Icibutso ugereranya ‘amaraso y’isezerano ya Yezu’ (“amaraso . . . y’isezerano” amakuru adufasha kwiga Mt 26:28, nwtsty)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)
Mt 26:17—Ni kubera iki umusi wo ku wa 13 Nisani wiswe “umusi wa mbere w’imikate itarimwo umwambiro”? (“Ku musi wa mbere w’imikate itarimwo umwambiro” amakuru adufasha kwiga Mt 26:17, nwtsty)
Mt 26:39—Ni igiki coba catumye Yezu asenga asaba ngo: “Iki gikombe nikindengane”? (“iki gikombe nikindengane” amakuru adufasha kwiga Mt 26:39, nwtsty)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 26:1-19
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 59 ing. 21-22 be n’akajambo ko ku mpera
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 8)
Nube umugenzi wa Yehova—Incungu: (Imin. 7) Nimurabe ako kavidewo. Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze ibi bibazo: Kubera iki abantu barwara, bagasaza, kandi bagapfa? Yehova yaduhaye icizigiro ikihe? Ushaka kuzobonana na nde muri Paradizo?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 15
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 74 n’isengesho