Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 27-28

Nimugende muhindure abantu abigishwa​—Kubera iki? Tubakura hehe? Tubigira gute?

Nimugende muhindure abantu abigishwa​—Kubera iki? Tubakura hehe? Tubigira gute?

28:18-20

Kubera iki? Yezu yarahawe na Yehova ububasha ntangere

Hehe? Yezu yategetse abayoboke biwe guhindura “abantu bo mu mahanga yose” abigishwa

Kwigisha abandi gukurikiza ibintu vyose Yezu yategetse ni igikorwa kibandanya

  • Twigisha abandi gute ivyo Yezu yategetse?

  • Dufasha gute abo twigisha Bibiliya gushira mu ngiro inyigisho za Yezu?

  • Dufasha gute abo twigisha Bibiliya kwigana akarorero ka Yezu?