Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○MUGIHURA

Ikibazo: Yezu yari nde?

Icanditswe: Mt 16:16

Ubukurikira: Kubera iki Yezu yapfuye?

○●○USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Kubera iki Yezu yapfuye?

Icanditswe: Mt 20:28

Ubukurikira: Twokwerekana gute ko dukenguruka kuba Yezu yaraducunguye?

○○●USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Twokwerekana gute ko dukenguruka kuba Yezu yaraducunguye?

Icanditswe: Yoh 17:3

Ubukurikira: Ivyabona vya Yehova bagira gute amakoraniro ajanye no gusenga?

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO (Ku wa 23 Ntwarante–19 Ndamukiza):

Twipfuza kugutumira ku musi uhambaye cane. Ubutumire bwawe ng’ubu. Ku wa gatanu, igenekerezo rya 19 Ndamukiza, abantu amamiliyoni bo hirya no hino kw’isi bazohurira mu bibanza bitandukanye kugira bibuke urupfu rwa Yezu Kristu. Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza iryo koraniro rizoberako hano iwacu. Turagutumiye no ku nsiguro izotangwa ku ndwi y’imbere y’aho, izoba ivuga ngo “Niwihatire gucakira ubuzima nyakuri.”

Ico mwoganirako ubutaha nimba yashimishijwe: Kubera iki Yezu yapfuye?