29 Ndamukiza–5 Rusama
2 ABAKORINTO 1-3
Ururirimbo rwa 44 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova ni ‘Imana y’uruhoza rwose’”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 2 Abakorinto.]
2Kr 1:3—Yehova ni “Se w’imbabazi zuzuye ikibabarwe” (w17.07 13 ing. 4)
2Kr 1:4—Turahoza abandi biciye ku ruhoza Yehova aduhoresha (w17.07 15 ing. 14)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
2Kr 1:22—“Icemeza” be n’“ikidodo” umukirisu wese yarobanuwe ahabwa n’Imana ni iki? (w16.04 32)
2Kr 2:14-16—Intumwa Paulo ashobora kuba yabona iki mu bwenge igihe yavuga ibijanye n’“urugendo rw’intsinzi”? (w10 1/8 23)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 2Kr 3:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa kabiri. (th icigwa ca 6)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) bhs 52-53 ing. 3-4 (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwungukire ku nyigisho Imana itanga”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Barungukiye ku nyigisho Yehova atanga.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 64
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 130 n’isengesho