Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

8-14 Ndamukiza

1 ABAKORINTO 10-13

8-14 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yehova ni Umwizigirwa”: (Imin. 10)

    • 1Kr 10:13​—Yehova ntahitamwo ibigeragezo bidushikira (w17.02 29-30)

    • 1Kr 10:13​—Ibigeragezo bidushikira ni ‘ibisanzwe bishikira abantu’

    • 1Kr 10:13​—Yehova azodufasha kwihanganira ikigeragezo ico ari co cose nitwamwizigira

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Kr 10:8​—Ni kubera iki uwu murongo uvuga ko hapfuye Abisirayeli 23.000 ku musi umwe bivuye ku busambanyi, mu gihe Guharūra 25:9 havuga ko abapfuye ari 24.000? (w04 1/4 29)

    • 1Kr 11:5, 6, 10​—Umwamamaji w’igitsina-gore yoba abwirizwa kwitwikira igihe ayobora inyigisho ya Bibiliya hari umwamamaji w’igitsina-gabo? (w15 15/2 30)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Kr 10:1-17 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Numwereke kimwe mu bitabu dukoresha mu kwigisha Bibiliya. (th icigwa ca 6)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 25

  • ‘Ibihimba birakenewe’ (1Kr 12:22): (Imin. 10) Erekana iyo videwo.

  • Uzokwitegurira gute Icibutso?”: (Imin. 5) Insiguro. Nuremeshe bose gukoresha ikiringo c’Icibutso nk’akaryo ko kuzirikana no kurushiriza gukenguruka urukundo Yehova na Yezu batugaragarije.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 62

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 31 n’isengesho