AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ndamukiza 2020

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bivuga ibijanye n’umugambi Imana ifitiye abantu, n’ingene izowushitsa.

6-12 Ndamukiza

Uzotegura umutima wawe gute ku bw’Icibutso c’Urupfu rwa Kristu?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro

Dushobora gute kuzigama canke kugarukana amahoro hagati yacu n’abandi?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba uriko uranyinyana kugira uronke umuhezagiro?

Witeguriye kugira akigoro kangana gute kugira uronke umuhezagiro w’Imana?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ni igiki gihambaye cane kuri jewe?

Ingingo ufata mu bijanye n’akazi zihishura iki ku bijanye n’ivyo ubona ko bihambaye?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye

Womenya gute ko umuntu ari umugenzi mwiza canke atari we?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

“Mushire kure imana z’inyamahanga”

Ushobora gute kunezereza Yehova maze ukirinda akosho k’ibiremwa vy’impwemu vy’ibibisha?