13-19 Ndamukiza
ITANGURIRO 31
Ururirimbo rwa 112 n’isengesho
Amajambo y’intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro”: (Imin. 10)
It 31:44-46—Yakobo na Labani barubatse ikirundo c’amabuye maze bakirirako imfungurwa zijanye n’isezerano (it-1 943 ing. 3)
It 31:47-50—Ico kibanza bacise Galeyedi be n’Umunara w’inderetsi (it-2 1089-1090)
It 31:51-53—Basezeranye kugumana amahoro hagati yabo
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
It 31:19—Ni igiki gishobora kuba caratumye Rasheli yiba terafimu za se? (it-2 1062)
It 31:41, 42—Akarorero ka Yakobo katwigisha iki ku bijanye n’abakoresha “bagoye gushimisha”? (1Pt 2:18; w13 15/3 21 ing. 8)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 31:1-18 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni gute uwo mushiki wacu yasiguye neza ico canditswe? Yaciriye inzira gute isubirayo?
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 4)
Mugihura: (Imin. 5 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Muhe agatabu Inkuru nziza uce utanguza inyigisho ya Bibiliya ukoresheje icigwa ca 5. (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Turemeshe abahororokewe: (Imin. 20 canke idashika) Insiguro ishikirizwa n’umukurambere. Nimwerekane ividewo ivuga ngo Yehova aritwararika intama ziwe. Mu nyuma, nuce ku mayange ubigiranye igishika ibiri mu gatabu Nugaruke kuri Yehova ku rupapuro rwa 14.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 111 ing. 1-9
Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)
Ururirimbo rwa 146 n’isengesho