Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 31

Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro

Yakobo na Labani bagiranira isezerano ry’amahoro

31:44-53

Kubera iki Yakobo na Labani bubatse ikirundo c’amabuye?

  • Cari nk’ikimenyetso ku bahita bose cerekana ko bari bagiraniye isezerano ry’amahoro

  • Carabibutsa ko Yehova aguma araba ko bubahiriza isezerano ryabo ry’amahoro

Muri iki gihe, Yehova yiteze ko abasavyi biwe binovora ubucuti burangwa amahoro. Ibi bintu bitatu bidufasha gute kuzigama amahoro canke kuyagarukana?