Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

20-26 Ndamukiza

ITANGURIRO 32-33

20-26 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Woba uriko uranyinyana kugira uronke umuhezagiro?”: (Imin. 10)

    • It 32:24​—Yakobo yaranyinyanye n’umumarayika (w03 15/8 25 ing. 3)

    • It 32:25, 26​—Yakobo yagumye anyinyana gushika aronse umuhezagiro (it-1 356)

    • It 32:27, 28​—Yakobo yarahezagiwe kubera yumiyeko (it-1 1212)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 32:11, 13-15​—Twokwigana gute akigoro kadasanzwe Yakobo yagize mu kurondera amahoro? (w10 15/6 22 ing.  10-11)

    • It 33:20​—Kubera iki ico gicaniro Yakobo yacise ngo “Imana ni Imana ya Isirayeli”? (it-1 641)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 32:1-21 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU