Kwifatanya n’abagenzi babi bikwega akarambaraye
Naho hoba hari kamere nziza tubona mu babanyi bacu, abo dukorana canke abo twigana, vyoba bisobanura ko ari abagenzi beza? Ni ibiki vyodufasha kumenya ko umuntu ari umugenzi mwiza canke atari we?
-
Kwifatanya na we vyoba bizomfasha gukomeza ubucuti mfitaniye na Yehova?
-
Ibiyago vyiwe bihishura iki ku bijanye n’ivyo abona ko bihambaye?—Mt 12:34
NIWIBAZE UTI: ‘Abagenzi banje boba batuma ubucuti mfitaniye na Yehova bukomera canke bugoyagoya?’