Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

14-20 Ntwarante

YOBU 1-5

14-20 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 88

  • Nunanire akosho k’urunganwe!: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo yo kuri jw.org ivuga ngo Nunanire akosho k’urunganwe! (Ja ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > IMIYABAGA.) Nuce ubaza uti: Ni ingorane izihe abana bahura na zo kw’ishure? Boshira mu ngiro gute impanuro dusanga muri Kuvayo 23:2? Ni ibintu bine ibihe bizobafasha kurwanya akosho k’urunganwe no kugumana ugutungana kwabo? Nusabe abakiri bato bavuge ingene bananiye akosho k’urunganwe.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 11 ing. 1-11 (Imin. 30)

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 149 n’isengesho