28 Ntwarante– 3 Ndamukiza
YOBU 11-15
Ururirimbo rwa 111 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yobu yarizigira izuka”: (Imin. 10)
Yb 14:1, 2
—Yobu yaravuze muri make ukuntu ubuzima bw’abantu muri kino gihe bumeze (w15 1/3 3; w10 1/5 5 ing. 1; w08 1/3 3 ing. 3) Yb 14:13-15a
—Yobu yari azi ko Yehova atomwibagiye (w15 1/8 5; w14 1/1 7 ing. 4; w11 1/3 22 ing. 2-4) Yb 14:15b
—Yehova araha agaciro abasavyi biwe b’abizigirwa (w15 1/8 7 ing. 3; w14 15/6 14 ing. 12; w11 1/3 22 ing. 3-6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Yb 12:12
—Kubera iki abakirisu bitereye mu myaka bashoboye gufasha abakiri bato? (w14 15/1 23 ing. 6-7) Yb 15:14-16
—Elifazi yashaka kuvuga iki muri iyi mirongo, mugabo ukuntu yabona ibintu gutandukanye gute n’ukuntu Yehova abibona? (w10 15/2 20 ing. 1-2) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: Yb 14:1-22 (Imin. 4 canke idashika)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: fg icigwa ca 13, ing. 1
—Nucire inzira isubirayo. (Imin. 2 canke idashika) Usubiyeyo: fg icigwa ca 13, ing. 2
—Nucire inzira ikiyago kizokurikira. (Imin. 4 canke idashika) Inyigisho: fg icigwa ca 13, ing. 3-4
—(Imin. 6 canke idashika)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
“Incungu yaratumye izuka rishoboka”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimusozere mu kwerekana ividewo yerekanywe kw’ihwaniro ryo mu 2014 ryavuga ngo “Gume mubanza kurondera Ubwami bw’Imana!”
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: ia ikig. 12 ing. 1-12 (Imin. 30)
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho