Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

13-19 Ntwarante

YEREMIYA 5-7

13-19 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Bararetse gukora ivyo Imana igomba”: (Imin. 10)

    • Yr 6:13-15—Yeremiya yarashize ahabona ivyaha vy’ihanga rya Isirayeli (w88 1/4 11-12 ing. 7-8)

    • Yr 7:1-7—Yehova nta ko atagize ngo atume bigaya (w88 1/4 12 ing. 9-10)

    • Yr 7:8-15—Abisirayeli biyumvira ko Yehova atobahanye (jr 21 ing. 12)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 6:16—Aha Yehova yariko aremesha abasavyi biwe gukora iki? (w05 1/11 24 ing. 11)

    • Yr 6:22, 23—Kubera iki Yehova yavuze ko igisata c’abantu coje “kivuye mu gihugu co mu buraruko”? (w88 1/4 13 ing. 15)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 5:26–6:5

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) T-36—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) T-36—Nimuganire ku gace kavuga ngo “Zirikana kuri ibi bintu.” Mutumire ku Cibutso.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) jl icigwa ca 1—Mutumire ku Cibutso.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU