Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

20-26 Ntwarante

YEREMIYA 8-11

20-26 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Abantu ntibashobora kuroranirwa batayobowe na Yehova”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 9:24—Ni ukwiyemera canke ukwishima nyabaki kubereye? (w13 15/1 20 ing. 16)

    • Yr 11:10—Kubera iki mu butumwa Yeremiya yashikirije, yavuzemwo bwa bwami bwa Isirayeli bwo mu buraruko kandi Samariya hari haratemvye mu 740 imbere ya Kristu? (w07 15/3 9 ing. 2)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 11:6-16

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Ubutumire bw’Icibutso na wp17.2 rup. 3-7—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Ubutumire bw’Icibutso na wp17.2 rup. 3-7—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) ld rup. 4-5 (Niwihitiremwo amashusho ukoresha.)—Mutumire ku Cibutso.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU