Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

27 Ntwarante–2 Ndamukiza

YEREMIYA 12-16

27 Ntwarante–2 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Isirayeli yaribagiye Yehova”: (Imin. 10)

    • Yr 13:1-5—Yeremiya yarumviye Imana aja kunyegeza umukaba w’ilino naho vyamusavye akigoro kanini (jr 51 ing. 17)

    • Yr 13:6, 7—Yeremiya yaragize urugendo rurerure asubiye gutora wa mukaba, asanga warononekaye (jr 52 ing. 18)

    • Yr 13:8-11—Yehova yashaka kwerekana yuko ubucuti bwa hafi yari afitaniye n’Abisirayeli bwokwononekaye kubera akagagazo kabo (jr 52 ing. 19-20; it-1 1070 ing. 15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 12:1, 2, 14—Ni igiki Yeremiya yabajije Yehova, kandi Yehova yamwishuye gute? (jr 118 ing. 11)

    • Yr 15:17—Yeremiya yabona gute abagenzi babi, kandi twomwigana gute? (w04 1/5 12 ing. 16)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 13:15-27

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Ubutumire bw’Icibutso n’akavidewo—Cira inzira isubirayo.

  • Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) Ubutumire bw’Icibutso n’akavidewo—Cira inzira ikiyago kizokurikira.

  • Insiguro: (Imin. 6) w16.03 29-31—Umutwe: Ni ryari abasavyi b’Imana bagizwe imbohe na Babiloni Akomeye?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU