Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

6-12 Ntwarante

YEREMIYA 1-4

6-12 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ndi kumwe nawe kugira nkurokore”: (Imin. 10)

    • [Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca Yeremiya.]

    • Yr 1:6—Yeremiya yaragonanwe kwemera igikorwa gishasha yashinzwe (w11 15/3 29 ing. 4)

    • Yr 1:7-10, 17-19—Yehova yasezeraniye Yeremiya ko azomukomeza akongera akamufasha (w05 15/12 24 ing. 18; jr 88 ing. 14-15)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Yr 2:13, 18—Abisirayeli b’ibihemu bakoze ibintu bibiri bibi nyabaki? (w07 15/3 10 ing. 2)

    • Yr 4:10—Yehova ‘yahenze’ abasavyi biwe mu buryo ki? (w07 15/3 9 ing. 4)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Yr 4:1-10

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye ku gice kivuga ngo “Ingene twotanguza ibiyago.” Kuri buri buryo, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU