Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso (Ku wa 3-31 Ntwarante): Twipfuza kugutumira ku musi uhambaye cane. Ubutumire bwawe ng’ubu. Ku wa gatandatu, igenekerezo rya 31 Ntwarante, abantu amamiliyoni bo hirya no hino kw’isi bazohurira mu bibanza bitandukanye kugira bibuke urupfu rwa Yezu Kristu. Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza iryo koraniro rizoberako hano iwacu. Turagutumiye no ku nsiguro izotangwa ku ndwi y’imbere y’aho, izoba ivuga ngo “Yezu Kristu ni nde vy’ukuri?”

Ico mwoganirako ubukurikira nimba yashimishijwe: Kubera iki Yezu yapfuye?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Kubera iki Yezu yapfuye?

Icanditswe: Mt 20:28

Ubukurikira: Incungu itumariye iki?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Incungu itumariye iki?

Icanditswe: Rm 6:23

Ubukurikira: Twokwerekana gute ko dukenguruka incungu?