Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Ntwarante

MATAYO 22-23

12-18 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nugamburuke ya mabwirizwa abiri asumba ayandi”: (Imin. 10)

    • Mt 22:36-38​—Iyi mirongo yerekana ko kugamburuka rya bwirizwa risumba ayandi rikaba na ryo rya mbere hajamwo n’ibiki? (“umutima,” “ubuzima,” “umuzirikanyi” amakuru adufasha kwiga Mt 22:37, nwtsty)

    • Mt 22:39​—Ibwirizwa rya kabiri risumba ayandi mw’Itegeko ni irihe? (“Irigira kabiri,” “mugenzawe” amakuru adufasha kwiga Mt 22:39, nwtsty)

    • Mt 22:40​—Ivyanditswe vy’igiheburayo vyose bishingiye ku rukundo (“Itegeko . . . Abahanuzi,” “vyenenako” amakuru adufasha kwiga Mt 22:40, nwtsty)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 22:21​—“Ivya Sezari” ni ibiki? “Ivy’Imana” na vyo ni ibiki? (“[Nimwishure] Sezari ivya Sezari,” “Ivy’Imana muvyishure Imana” amakuru adufasha kwiga Mt 22:21, nwtsty)

    • Mt 23:24​—Aya majambo ya Yezu asobanura iki? (“mumimina agatuku mugabo mukarotsa ingamiya” amakuru adufasha kwiga Mt 23:24, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 22:1-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

  • Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bhs 199 ing. 8-9​—Umwamamaji araremesha inyigisho yiwe gutumira incuti n’abagenzi ku Cibutso.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU