Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | MATAYO 22-23

Nugamburuke ya mabwirizwa abiri asumba ayandi

Nugamburuke ya mabwirizwa abiri asumba ayandi

22:36-39

Ufatiye kuri Matayo 22:36-39, shira inomero kuri izi mvo zituma twitaba amakoraniro wisunze iyihambaye kuruta iyindi:

  • Kuremeshwa

  • Kuremesha abandi

  • Gusenga Yehova no kumwereka ko tumukunda

Kubera iki dukwiye kwihata tukaja ku makoraniro n’igihe twoba turushe ku buryo twiyumvira ko ata kintu kinini tuza kuyungukirako?

Ubundi buryo twokwerekana ko tugamburuka ya mabwirizwa abiri asumba ayandi ni ubuhe?