Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

19-25 Ntwarante

MATAYO 24

19-25 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Guma uri maso mu vy’impwemu muri iyi misi ya nyuma”: (Imin. 10)

    • Mt 24:12​—Ukwongerekana kw’ubugarariji kwotumye urukundo rw’abantu rukanya (it-1 112 ing. 10)

    • Mt 24:39​—Abatari bake bokwitwararitse cane ibintu vyo mu buzima bwa misi yose bigatuma basamara (w99 1/12 15 ing. 5)

    • Mt 24:44​—Umukama yoje ku gihe ata n’umwe yari amwiteze (jy 259 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 24:8​—Aya majambo ya Yezu ashobora kuba yerekana iki? (“ububabare nk’ubw’ibise” amakuru adufasha kwiga Mt 24:8, nwtsty)

    • Mt 24:20​—Kubera iki Yezu yavuze aya majambo? (“mu rushana,” “ku musi w’isabato” amakuru adufasha kwiga Mt 24:20, nwtsty)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 24:1-22

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Uwo muriko murayaga aravuga ikintu cohagarika ikiyago gikunda kuvugwa aho iwanyu.

  • Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Uwo mwari mwayaze si ho ari, ariko uhasanze incuti yiwe.

  • Akavidewo ka usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 5) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU