Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Iherezo ry’ivy’iyi si riri hafi cane

Iherezo ry’ivy’iyi si riri hafi cane

Erekana akavidewo kavuga ngo Iherezo ry’ivy’iyi si riri hafi cane, muce mwishura ibi bibazo bishingiye kuri Matayo 24:34.

  • “Ivyo vyose” bivugwa ni ibiki?

  • Muri Kuvayo 1:6 hadufasha gute gutahura “iyaruka”?

  • Yezu yariko yerekeza neza na neza kw’iyaruka irihe?

  • “Iri yaruka” rigizwe n’imigwi ibiri iyihe?

  • Ayo majambo ya Yezu yerekana gute ko iherezo ryegereje cane?