Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

26 Ntwarante–1 Ndamukiza

MATAYO 25

26 Ntwarante–1 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Mugume muri maso”: (Imin. 10)

    • Mt 25:1-6​—Abigeme b’isugi batanu b’ubwenge na batanu b’ibijuju baragiye gusanganira umukwe

    • Mt 25:7-10​—Abigeme b’isugi b’ibijuju si ho bari bari igihe umukwe yashika

    • Mt 25:11, 12​—Abigeme b’isugi b’ubwenge ni bo bonyene bemerewe kwinjira ku nzimano y’ubugeni

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Mt 25:31-33​—Sigura wa mugani w’intama n’impene. (w15 15/3 27 ing. 7)

    • Mt 25:40​—Twokwerekana gute ko turi abagenzi b’abavukanyi ba Kristu? (w09 15/10 16 ing. 16-18)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 25:1-23

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Usubiyeyo ubwa kabiri: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago. Mutumire ku Cibutso.

  • Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize igitabu canke agatabu dukoresha mu kuyobora inyigisho.

  • Insiguro: (Imin. 6 canke idashika) w15 15/3 27 ing. 7-10​—Umutwe: Igituma ikigereranyo c’intama n’impene gishimika ku gikorwa co kwamamaza

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 85

  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kwigisha abatohoji gutegura”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Mu nyuma, nimurabe akavidewo kerekana umwamamaji ariko arigisha umutohoji gutegura, muce mukaganirako. Saba abumviriza bavuge ubundi buryo bakoresheje bwabaye ngirakamaro mu gufasha abatohoji gutegura.

  • Duhe ikaze abashitsi: (Imin. 5) Insiguro ishingiye ku kiganiro co mu gatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu ko muri Ntwarante 2016. Nuvuge ibintu bimwebimwe biremesha mwiboneye mu kiringo c’Icibutso co mu 2017. Niwibutse abumviriza ivyo bokwitwararika ku bijanye na parikingi, kwinjira no gusohoka ahabera Icibutso be n’ibindi, mu kwitegurira Icibutso kizoba ku wa 31 Ntwarante.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 14

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 79 n’isengesho