5-11 Ntwarante
MATAYO 20-21
Ururirimbo rwa 76 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Uwo wese ashaka gucika mukuru muri mwebwe ategerezwa kuba umusuku wanyu”: (Imin. 10)
Mt 20:3—Abanditsi n’Abafarizayo b’ubwibone barakunda ko abantu bababona be n’uko babaramutsa “mu kaguriro” (“akaguriro” ishusho ijanye na Mt 20:3, nwtsty)
Mt 20:20, 21—Intumwa zibiri zarasavye ibibanza vy’iteka n’ubukuru (“nyina w’abahungu ba Zebedayo,” “umwe iburyo bwawe uwundi ibubamfu bwawe” amakuru adufasha kwiga Mt 20:20, 21, nwtsty)
Mt 20:25-28—Yezu yarasiguriye abayoboke biwe ko bakwiye kuba abasuku bicisha bugufi (“umusuku,” amakuru adufasha kwiga Mt 20:26, nwtsty)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya (Imin. 8)
Mt 21:9—Igihe isinzi ryasemerera ngo: “Turatakamvye, kiza Umwana wa Dawidi!” ryashaka kuvuga iki? (“Turatakamvye, kiza,” “Umwana wa Dawidi” amakuru adufasha kwiga Mt 21:9, nwtsty)
Mt 21:18, 19—Kubera iki Yezu yatumye igiti c’umusukoni cuma? (jy 244 ing. 4-6)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Mt 20:1-19
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Akavidewo ka mugihura: (Imin. 4) Nimurabe ako kavidewo mwongere mukaganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace bijanye kari ahavuga ngo Ingene twotanguza ibiyago.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) lv 36-37 ing. 3-4
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 10) Erekana videwo yo muri Ntwarante ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 11
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 53 n’isengesho