Afrika y’Epfo: Ariko akoresha ividewo mu kwigisha umuntu Bibiliya

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Ntwarante 2019

Ingene twotanguza ibiyago

Ibiyago bidufasha kumenya umugambi Imana ifitiye abantu.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ico kugaragaza urukundo bisobanura

Igihe umuntu atubabaje, urukundo rutuma dukora iki?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nuronderere ukwihangana n’uruhoza kuri Yehova

Yehova araduhoza akongera akadufasha kwihangana biciye kw’Ijambo ryiwe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba uri umuntu w’umubiri canke w’impwemu?

Twese turakeneye gukomeza ukwizera kwacu no kurushiriza gukomeza ubucuti dufitaniye n’Imana.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kwandika amakete meza

Ni ibiki twokwitwararika igihe twandikira uwo tutazi?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ikete twokwisunga

Ukwiye kwandika ibihuye n’intumbero ufise, ibiba aho iwanyu, n’imico kama y’iwanyu.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

“Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”

Ni mu buryo ki guca umucumuzi biranga urukundo?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Koresha amavidewo mu kwigisha inyigisho za Bibiliya

Woba uriko urakoresha neza amavidewo mu kwigisha inyigisho za Bibiliya?