Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○MUGIHURA

Ikibazo: Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye abantu?

Icanditswe: It 1:28

Ubukurikira: Twemezwa n’iki ko Imana izoshitsa umugambi ifitiye abantu?

○●○USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Twemezwa n’iki ko Imana izoshitsa umugambi ifitiye abantu?

Icanditswe: Yes 55:11

Ubukurikira: Ibintu bizoba vyifashe gute Imana niyashitsa umugambi wayo?

○○●USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Ibintu bizoba vyifashe gute Imana niyashitsa umugambi wayo?

Icanditswe: Zb 37:10, 11

Ubukurikira: Twokora iki kugira tuze twibonere iranguka ry’ivyo Imana yasezeranye?

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO (Ku wa 23 Ntwarante–19 Ndamukiza):

Twipfuza kugutumira ku musi uhambaye cane. Ubutumire bwawe ng’ubu. Ku wa gatanu, igenekerezo rya 19 Ndamukiza, abantu amamiliyoni bo hirya no hino kw’isi bazohurira mu bibanza bitandukanye kugira bibuke urupfu rwa Yezu Kristu. Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza iryo koraniro rizoberako hano iwacu. Turagutumiye no ku nsiguro izotangwa mu ndwi y’imbere y’aho, izoba ivuga ngo “Niwihatire gucakira ubuzima nyakuri.”

Ico mwoganirako ubutaha nimba yashimishijwe: Kubera iki Yezu yapfuye?