11-17 Ntwarante
ABAROMA 15-16
Ururirimbo rwa 33 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nuronderere ukwihangana n’uruhoza kuri Yehova”: (Imin. 10)
Rm 15:4—Nusome Ijambo ry’Imana kugira uronke uruhoza (w17.07 14 ing. 11)
Rm 15:5—Nusabe Yehova akuronse “ukwihangana n’uruhoza” (w16.04 14 ing. 5)
Rm 15:13—Yehova araduha icizigiro (w14 15/6 14 ing. 11)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Rm 15:27—Ni mu buryo ki Abanyamahanga bacitse abakirisu bari “[bafitiye] umwenda” abakirisu b’i Yeruzalemu? (w89 1/12 24 ing. 3)
Rm 16:25—“Ibanga ryeranda ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane” ni irihe? (it-2 647 ing. 2)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Rm 15:1-16 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 3)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 10)
Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ukuntu Yehova atanga “ukwihangana n’uruhoza”: (Imin. 15) Erekana iyo videwo. Nimuce mwishura ibi bibazo:
Ni ibiki wize ku bijanye no kwemera indemesho?
Ni ibiki wize ku bijanye no kuremesha abandi?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 58
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 34 n’isengesho