Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABAROMA 15-16

Nuronderere ukwihangana n’uruhoza kuri Yehova

Nuronderere ukwihangana n’uruhoza kuri Yehova

15:4-7

Ijambo ry’Imana Bibiliya ni kimwe mu vyo Yehova akoresha kugira aduhoze yongere adufashe kwihangana. Ubu burorero bwo muri Bibiliya bukuremesha gute?

  • Nowa

  • Yozefu

  • Dawidi