18-24 Ntwarante
1 ABAKORINTO 1-3
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba uri umuntu w’umubiri canke w’impwemu?”: (Imin. 10)
[Erekana ividewo ivuga Incamake y’igitabu ca 1 Abakorinto.]
1Kr 2:14—Kuba “umuntu w’umubiri” bisobanura iki? (w18.02 19 ing. 4-5)
1Kr 2:15, 16—Kuba “umuntu w’impwemu” bisobanura iki? (w18.02 19 ing. 6; 22 ing. 15)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Kr 1:1-17 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 5) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo ubwa mbere: (Imin. 4 canke idashika) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo ubwa mbere, uce umwereka igitabu Bibiliya itwigisha iki? (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Kwandika amakete meza”: (Imin. 8) Guhana ijambo.
Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa gatandatu, itariki 23 Ntwarante: (Imin. 7) Ikiganiro co guhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nimuhe ikopi y’ubutumire abumviriza bose muce mubuganirako. Nimurabe ividewo y’ingene twobushikiriza, muce muyiganirako. Vuga ivyo mwatunganije aho iwanyu kugira muzoheture icibare.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 59
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 51 n’isengesho