Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABAKORINTO 1-3

Woba uri umuntu w’umubiri canke w’impwemu?

Woba uri umuntu w’umubiri canke w’impwemu?

2:14-16

Umwe wese muri twebwe arakeneye gukomeza ukwizera kwiwe no kuguma atera imbere mu vy’impwemu. (Ef 4:23, 24) Kugira ngo umuntu atere imbere, ategerezwa kwigaburira mu vy’impwemu, kwishingira imigambi no kurushiriza kwama icamwa c’impwemu.

Ukwizera kwawe kungana gute ukugereranije n’uko wari ufise mu mwaka uheze, mu myaka cumi iheze canke igihe wabatizwa?