Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

25-31 Ntwarante

1 ABAKORINTO 4-6

25-31 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Akambiro gakeyi kambira irobe ryose”: (Imin. 10)

    • 1Kr 5:1, 2​—Ishengero ry’i Korinto ryariko rirarekerana umucumuzi atigaya

    • 1Kr 5:5-8, 13​—Paulo yasavye iryo shengero gukura uwo “mwambiro” muri bo, bagahereza Shetani uwo mucumuzi (it-2 130, 903-904)

    • 1Kr 5:9-11​—Ishengero ntirikwiye kwifatanya n’abacumuzi batigaya (lvs 241, akajambo ko ku mpera “Gucibwa”)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • 1Kr 4:9​—Ni mu buryo ki abasavyi b’Imana bo kw’isi ari “akabarore” ku bamarayika? (w09 15/5 24 ing. 16)

    • 1Kr 6:3​—Paulo yashaka kuvuga iki igihe yandika ngo “tuzocira imanza abamarayika”? (it-2 151)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) 1Kr 6:1-14 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU