4-10 Ntwarante
ABAROMA 12-14
Ururirimbo rwa 106 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ico kugaragaza urukundo bisobanura”: (Imin. 10)
Rm 12:10—Nukunde abavukanyi bawe (it-1 52-53)
Rm 12:17-19—Igihe bakugiriye nabi, ntugere ingere ku yindi (w09 15/10 8 ing. 3; w07 1/7 24-25 ing. 12-13)
Rm 12:20, 21—Nutsinde ikibi ukoresheje iciza (w12 15/11 29 ing. 13)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Rm 12:1—Uyu murongo usobanura iki? (lvs 76-77 ing. 5-6)
Rm 13:1—Ni mu buryo ki abakuru bari hejuru “bashizwe n’Imana mu bibanza vyabo bigereranye”? (w08 15/6 31 ing. 4)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Rm 13:1-14 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Niwijukire gusoma no kwigisha: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gukoresha ibibazo, muce muganira ku cigwa ca 3 c’agatabu Kwigisha.
Insiguro: (Imin. 5 canke idashika) w11 1/9 21-22—Umutwe: Kubera iki abakirisu bakwiye kuriha amakori naho yokoreshwa mu bikorwa biteye kubiri n’Ivyanditswe? (th icigwa ca 3)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 57
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 57 n’isengesho