Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Yezu yari nde?

Icanditswe: Mt 16:16

Ubukurikira: Kubera iki Yezu yapfuye?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Kubera iki Yezu yapfuye?

Icanditswe: Mt 20:28

Ubukurikira: Twokwerekana gute ko dukenguruka incungu Yezu yatanze?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Twokwerekana gute ko dukenguruka incungu Yezu yatanze?

Icanditswe: Yoh 17:3

Ubukurikira: Ni ibiki bibera ku makoraniro y’Ivyabona vya Yehova?

ISEKEZA RYO GUTANGA UBUTUMIRE BW’ICIBUTSO (14 Ntwarante–7 Ndamukiza):

“Twipfuza kugutumira ku musi uhambaye uzohimbazwa n’abantu amamiliyoni. Ni umusi wo kwibuka urupfu rwa Yezu.” Muhe ubutumire. “Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza bizoberako hano iwacu. Turagutumiye no ku nsiguro idasanzwe izotangwa mu mpera y’indwi y’imbere y’aho.”

Ico mwoganirako ubutaha nimba yashimishijwe: Kubera iki Yezu yapfuye?