Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

2-8 Ntwarante

ITANGURIRO 22-23

2-8 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Imana . . . igeza Aburahamu”: (Imin. 10)

    • It 22:1, 2​—Imana yabwiye Aburahamu gutanga umwana wiwe akunda cane Izahaki (w12 1/1 23 ing. 4-6)

    • It 22:9-12​—Yehova yarabujije Aburahamu kwica Izahaki

    • It 22:15-18​—Yehova yasezeraniye Aburahamu ko azomuhezagira kubera ukugamburuka kwiwe (w12 15/10 23 ing. 6)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 22:5​—Aburahamu yishimikije iki mu kubwira abasuku biwe ko we na Izahaki baza kugaruka, kandi yari azi ko agiye kumutangako ikimazi? (w16.02 11 ing. 13)

    • It 22:12​—Uyu murongo werekana gute ko ubushobozi Yehova afise bwo kumenya ibintu imbere y’igihe atama abukoresha ku kantu ako ari ko kose? (w17.02 30 ing. 1)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 22:1-18 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 4

  • Kugamburuka biratuma dukingirwa: (Imin. 15) Nimurabe ividewo ivuga ngo Ikoraniro rya buri mwaka ryo mu 2017: Insiguro be n’icanditswe c’umwaka wa 2018​—Agace.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 106

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 16 n’isengesho