Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

30 Ntwarante–5 Ndamukiza

ITANGURIRO 29-30

30 Ntwarante–5 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Yakobo yubaka urwiwe”: (Imin. 10)

    • It 29:18-20​—Yakobo yaremeye gukorera Labani imyaka indwi kugira amuhe Rasheli (w03 15/10 29 ing. 5)

    • It 29:21-26​—Labani yarahenze Yakobo amuha Leya mu kibanza ca Rasheli (w07 1/10 8-9; it-2 222 ing. 5)

    • It 29:27, 28​—Naho bitari vyoroshe Yakobo yagumye avyifatamwo neza

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • It 30:3​—Kubera iki Rasheli yabona ko abana bavutse kuri Yakobo na Biluha ari abiwe bwite? (it-1 49)

    • It 30:14, 15​—Kubera iki Rasheli ashobora kuba yaragishije akaryo ko kuryamana n’umugabo wiwe kugira asame inda agakavye utududayimu? (w04 15/1 28 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) It 30:1-21 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU