Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

9-15 Ntwarante

ITANGURIRO 24

9-15 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo, uce ubaza uti: Ni gute uwo mwamamaji yakoresheje neza ibibazo? Uwo mwamamaji yishuye gute uwo abwira inkuru nziza igihe yatanga inyishu ku bijanye n’akaranga ka Yezu?

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nutsinde ivyohagarika ikiyago bikunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)

  • Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace bijanye. Uwubwirwa inkuru nziza aragaragaza ugushimishwa. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Niwibuke urupfu rwa Yezu. (th icigwa ca 11)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 25

  • Isekeza ry’Icibutso rizotangura ku wa gatandatu, itariki 14 Ntwarante: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimuhe ikopi y’ubutumire abumviriza bose muce mubuganirako. Nimurabe ividewo y’ingene twobushikiriza, muce muyiganirako. Vuga ivyo mwatunganije aho iwanyu kugira muzoheture icibare.

  • Nzotumira bande?”: (Imin. 7) Guhana ijambo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 107

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3 canke idashika)

  • Ururirimbo rwa 9 n’isengesho