Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ITANGURIRO 24

Izahaki aronka umukenyezi

Izahaki aronka umukenyezi

24:2-4, 11-15, 58, 67

Umusuku wa Aburahamu yarasavye Yehova ngo amufashe guhitamwo umugore wa Izahaki. (It 24:42-44) Na twebwe dukwiye kurondera gufashwa na Yehova imbere yo gufata ingingo zikomeye. None twobigira gute?

  • Senga

  • Raba ico Ijambo ry’Imana n’ibitabo vyacu bivuga

  • Rondera gufashwa n’abakirisu bahumuye mu vy’impwemu