Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

Isekeza ryo gutanga ubutumire bw’Icibutso (27 Ruhuhuma–27 Ntwarante)

“Tuje hano [tuguterefonye canke tukwandikiye] kugira tugutumire ku musi uhambaye uzohimbazwa n’abantu amamiliyoni. Ni umusi wo kwibuka urupfu rwa Yezu.” Muhe [canke murungikire] ubutumire. “Ubu butumire burerekana umwanya n’ikibanza bizoberako hano iwacu [canke ingene ushobora kwitaba ubwo butumire ku buhinga bwa none]. Turagutumiye no ku nsiguro idasanzwe izotangwa mu mpera y’indwi y’imbere y’aho.”

Nimba yashimishijwe: Mwereke [canke murungikire] ividewo ivuga ngo Niwibuke urupfu rwa Yezu.

Ubukurikira: Ni kubera iki Yezu yapfuye?

Mugihura

Ikibazo: Yezu yari nde?

Icanditswe: Mt 16:16

Ubukurikira: Ni kubera iki Yezu yapfuye?

ICO CANDITSWE KIRABONEKA MURI IBI BITABU BIDUFASHA KWIGISHA:

Usubiyeyo

Ikibazo: Ni kubera iki Yezu yapfuye?

Icanditswe: Mt 20:28

Ubukurikira: Twokwerekana gute ko dukenguruka incungu Yezu yatanze?

ICO CANDITSWE KIRABONEKA MURI IBI BITABU BIDUFASHA KWIGISHA: