Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

1-7 Ntwarante

GUHARŪRA 7-8

1-7 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ivyo twigira kw’ikambi ya Isirayeli”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Gh 8:17​—Yehova yafata gute imfura z’igitsina-gabo muri Isirayeli? (it-2 637)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 7:1-17 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 54

  • Ibirangurwa n’ishirahamwe: (Imin. 5) Erekana ividewo yo muri Ntwarante ivuga ngo Ibirangurwa n’ishirahamwe.

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 5 ing. 16-21

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 71 n’isengesho