UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ivyo twigira kw’ikambi ya Isirayeli
Abagabo bagenywe ni intangakarorero mu bikorwa bijanye no gusenga (Gh 7:10; it-1 508 ing. 5)
Abasavyi b’Imana bakwiye kuba batunganijwe neza kandi bakisunga urutonde (Gh 7:11; it-2 835 ing. 9)
Yehova aratahura ivyo umwumwe wese ashoboye (Gh 8:25, 26; w04 1/8 25 ing. 1)
Nk’uko Yehova yatunganije neza Isirayeli, aratunganya neza abasavyi biwe muri iki gihe. Ariko kandi arabona umwumwe wese muri twebwe, agaha agaciro akigoro buri muntu agira mu kumukorera.