Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

12-18 Ndamukiza

GUHARŪRA 20-21

12-18 Ndamukiza

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 90

  • Nuvuge ‘ijambo ryiza ryo kwubaka’ abandi: (Imin. 7) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza uti: Gutorana amahinyu canke kwidoga bigira ingaruka izihe ku bandi? Ni igiki cafashije umuvukanyi avugwa muri iyo videwo kugira ivyo ahinduye?

  • Nunanire akosho k’urunganwe!: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana ako kavidewo. Nuce ubaza uti: Benshi bahura n’ingorane izihe? Ni impanuro iyihe dusanga muri Kuvayo 23:2? Ni ibintu bine ibihe vyogufasha kunanira akosho k’urunganwe?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 7 ing. 10-12; soma akajambo ko ku mpera ka 21

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 88 n’isengesho