Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugumane ubutekereji igihe uri mu bintu bitesha umutwe

Nugumane ubutekereji igihe uri mu bintu bitesha umutwe

Ubutekereji bwa Musa bwarageragejwe igihe yari mu bintu bitesha umutwe no mu myitwarariko (Gh 20:2-5; w19.02 12 ing. 19)

Karaciyemwo Musa aratakaza ubutekereji bwiwe (Gh 20:10; w19.02 13 ing. 20-21)

Yehova yarahanye Musa na Aroni kubera ikosa rikomeye bakoze (Gh 20:12; w09 1/9 19 ing. 5)

Umuntu afise ubutekereji ntiyihutira gushavura, kandi aririnda ubwibone n’ubwikunzi. Ivyo bica bituma yihangana igihe bamubabaje, maze akirinda kuraka, kubika inzika canke kwihora.