15-21 Ntwarante
GUHARŪRA 11-12
Ururirimbo rwa 46 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Kubera iki dukwiye kwirinda agatima ko kwidodomba?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 11:7, 8—Ukuntu manu yasa be n’akanovera kayo vyagaragaza gute ukumera neza kwa Yehova? (it-2 207)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 11:1-15 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ubutumire bw’Icibutso: (Imin. 3) Koresha agace bijanye. Uwo ubwira inkuru nziza agaragaje ko ashimishwa, nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Niwibuke urupfu rwa Yezu. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 3) Nusubire kugendera uwashimishijwe yongera arakira ubutumire bw’Icibutso. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Insiguro y’Icibutso irangiye, nuyage n’umuntu ashimishwa yacitavye wongere wishure ikibazo abaza ku bijanye n’urwo rubanza. (th icigwa ca 2)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Woba uriko uritegurira Icibutso?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nushikirize amatangazo yose akenewe yerekeye ivyatunganijwe ku bijanye n’Icibutso. Erekana ividewo ivuga ngo Ingene bakora umukate w’Icibutso.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 6 ing. 1-11
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 37 n’isengesho