Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Kubera iki dukwiye kwirinda agatima ko kwidodomba?

Kubera iki dukwiye kwirinda agatima ko kwidodomba?

Agatima ko kwidodomba ntigahimbara Yehova (Gh 11:1; w01 1/7 13 ing. 20)

Agatima ko kwidodomba kagaragaza ubwikunzi n’ukudakenguruka (Gh 11:4-6; w06 15/7 15 ing. 7)

Kwidodomba biraca intege abandi (Gh 11:10-15; it-2 715 ing. 1)

Naho Abisirayeli bahuye n’ingorane nyinshi mu bugaragwa, bari bagifise imvo nyinshi zo gukenguruka. Nitwaguma tuzirikana imihezagiro Yehova aturonsa, bizoturinda agatima ko kwidodomba.