19-25 Ndamukiza
GUHARŪRA 22-24
Ururirimbo rwa 8 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova atuma umuvumo ucika umuhezagiro”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gh 22:20-22—Ni kubera iki ishavu rya Yehova ryarurumbiye Balamu? (w04 1/8 27 ing. 2)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gh 23:11-26 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Koresha Ijambo ry’Imana”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe—Nureke ububasha bw’Ijambo ry’Imana bukore.
Inyigisho: (Imin. 5) fg icigwa ca 5 ing. 3-4 (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Yehova atuma guhamwa bihinduka gushinga intahe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Ikiganiro twagiranye n’umuvukanyi Dmitriy Mikhaylov.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 7 ing. 13-19
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 109 n’isengesho