Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Yehova atuma guhamwa bihinduka gushinga intahe

Yehova atuma guhamwa bihinduka gushinga intahe

Akenshi abaduhama baba bafise intumbero yo guhagarika igikorwa cacu co kwamamaza. Ariko iyo tugumanye ugutungana kwacu mu bihe bigoye nk’ivyo, birashinga intahe ikomeye.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO IKIGANIRO TWAGIRANYE N’UMUVUKANYI DMITRIY MIKHAYLOV, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Umuvukanyi Mikhaylov yashikiwe n’uruhamo rumeze gute?

  • Yehova yafashije gute umuvukanyi Mikhaylov kwihangana?

  • Yehova yakoresheje gute uguhamwa kw’umuvukanyi Mikhaylov kugira abandi banyororo bumve inkuru nziza?