Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova atuma umuvumo ucika umuhezagiro

Yehova atuma umuvumo ucika umuhezagiro

Abanyamowabu baragerageje kugirira nabi Abisirayeli (Gh 22:3-6)

Yehova yaragize ico akoze kugira akingire abasavyi biwe (Gh 22:12, 34, 35; 23:11, 12)

Nta n’umwe yorwanya Yehova ngo aroranirwe (Gh 24:12, 13; bt 53 ing. 5; it-1 909)

Nta kintu na kimwe, ushizemwo uruhamo canke ivyago, gishobora kubuza inkuru nziza kwamamazwa nk’uko Imana ibigomba. None igihe turi mu ngorane, twoba twiheka ku Muvyeyi wacu wo mw’ijuru maze tukabandanya gushira imbere ibijanye no kumusenga?