Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

22-28 Ntwarante

GUHARŪRA 13-14

22-28 Ntwarante

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 73

  • Abakirisu b’ukuri barakeneye umutima rugabo​—Kugira bamamaze: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Kitty Kelly yari ahanganye n’ingorane nyabaki? Ni igiki camufashije gutsimbataza umutima rugabo? Ni ivyiza ibihe yironkeye kubera yagaragaje umutima rugabo?

  • Abakirisu b’ukuri barakeneye umutima rugabo​—Kugira bagume ata ho bahengamiye muri ino si: (Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ayenge Nsilu yahuye n’ingorane izihe? Ni ibiki yakoze vyamufashije kugumana umutima rugabo? Ni ibiki yatahuye vyamufashije kwiheka kuri Yehova?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 6 ing. 12-19

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 35 n’isengesho